Rondera umurongo canke ijambo vyoroshe, sangiza abandi imirongo, ankika inyigisho ku murongo uyibikire, siga amarangi atandukanye ku mirongo watoranije, shira utumenyetso ku mirongo yagize ico ikwigishije, ukaba ufise ingorane zo kubona neza cagura ubunini binini bg'indome wifuza canke uhindure amarangi, uronka umurongo ku musi ku musin ,'ibindi... Vyose ni kubuntu imisi yose kandi nta bimenyeshwa bizojako (jamais de publicités/ads)